Bibiliya ni igitabu ceranda kivuga inkuru, kigizwe n'ibitabu vyinshi kandi vya kera cane. Kivuga amakuru ajanye n'ukwemera kuva mu binjana vya kera cane. Ico gitabu ceranda kikaba kidufasha kuzirikana kuvy'ijambo ry'Imana.

Ico gitabu gikorehwa cane n'aba Kurisu.